ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 18:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Maze Sauli atangura gutinya+ Dawidi kuko Yehova yari kumwe na we+, mugabo akaba yari yavuye kuri Sauli+.

  • 1 Samweli 28:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Nuko “Samweli” abwira Sauli ati: “Kubera iki wambujije amahoro mu gutuma nduzwa+?” Sauli aca avuga ati: “Ngeze habi rwose+, kuko Abafilisitiya bariko bandwanya, Imana na yo ubwayo ikaba yamvuyeko+, ntibe ikinyishura, vyaba biciye ku bahanuzi canke biciye mu ndoto+; ni co gituma ndaguhamagaye ngo umenyeshe ico ndi bukore+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika