ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 16:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Nuko impwemu ya Yehova iva+ kuri Sauli, maze impwemu mbi+ ivuye kuri Yehova imutera ubwoba.

  • 1 Samweli 18:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Maze ku musi ukurikira+, impwemu mbi y’Imana itangura gukorera kuri Sauli+, ku buryo yifata nk’umuhanuzi+ mu nzu, mu gihe Dawidi yariko avuza umuziki n’ukuboko kwiwe+, nko mu misi y’imbere y’aho; kandi icumu ryari mu kuboko kwa Sauli+.

  • 2 Abami 3:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 None rero nimunzanire umucuraranzi w’igicurarangisho c’imirya+.” Nuko nya mucuraranzi w’igicurarangisho c’imirya akimara gucuraranga, ukuboko+ kwa Yehova kuba kuri Elisha.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika