1 Samweli 20:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Sauli aca araririza icumu kuri we kugira ngo amwice+; gutyo Yonatani amenya ko se wiwe yari yiyemeje kwica Dawidi+. 1 Samweli 21:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nuko Dawidi arahaguruka, abandanya guhunga+ kuri uwo musi kubera Sauli; amaherezo ashika kwa Akishi umwami wa Gati+. Imigani 27:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Hariho ubunyamaswa bw’ubushangashirwe, be n’isegenya ry’ishavu+, mugabo ni nde yohagarara imbere y’ishari+? 1 Timoteyo 6:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 aba yivyimvya+, adategera ikintu na kimwe+; ahubwo aba arwaye mu mutwe+ arwajwe n’ibibazo be n’impari ku majambo+. Ivyo bivamwo agashari+, ugushihana, ugutukana+, imyikeko mibi,
33 Sauli aca araririza icumu kuri we kugira ngo amwice+; gutyo Yonatani amenya ko se wiwe yari yiyemeje kwica Dawidi+.
10 Nuko Dawidi arahaguruka, abandanya guhunga+ kuri uwo musi kubera Sauli; amaherezo ashika kwa Akishi umwami wa Gati+.
4 Hariho ubunyamaswa bw’ubushangashirwe, be n’isegenya ry’ishavu+, mugabo ni nde yohagarara imbere y’ishari+?
4 aba yivyimvya+, adategera ikintu na kimwe+; ahubwo aba arwaye mu mutwe+ arwajwe n’ibibazo be n’impari ku majambo+. Ivyo bivamwo agashari+, ugushihana, ugutukana+, imyikeko mibi,