ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 9:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Maze Imana irareka haba icuka kibi*+ hagati ya Abimeleki na bene amatongo b’i Shekemu, bano batangura rero guhemukira+ Abimeleki,

  • 1 Samweli 16:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Nuko impwemu ya Yehova iva+ kuri Sauli, maze impwemu mbi+ ivuye kuri Yehova imutera ubwoba.

  • 1 Samweli 19:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Nuko rero impwemu mbi ya Yehova+ iza kuri Sauli yicaye mu nzu yiwe, afise icumu mu kuboko, mu gihe Dawidi yariko avuza umuziki n’ukuboko kwiwe.

  • Yobu 34:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Emwe, ni ukuri Imana ntikora ivy’ububisha+,

      Kandi Mushoboravyose ntagoreka urubanza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika