11 Abari bamuzi bose bamubonye, babona yariko avuga ubuhanuzi ari kumwe n’abahanuzi. Nuko abantu babwirana bati: “Ibi ni ibiki vyashikiye mwene Kishi? Mbega Sauli na we ari mu bahanuzi+?”
24 Na we nyene yiyambura impuzu maze na we nyene yifata nk’umuhanuzi imbere ya Samweli, arambarara hasi ari gusa uwo murango wose n’iryo joro ryose+. Ni co gituma vyahavuye bivugwa ngo: “Mbega na Sauli ari mu bahanuzi+?”