1 Samweli 16:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Turakwinginze, umukama wacu ategeke abasuku bawe imbere yawe, kugira barondere umugabo w’umuhanga+ avuza inanga+. Maze impwemu mbi y’Imana niyaza kuri wewe, azoce acuraranga n’ukuboko kwiwe, kandi ntibizobura guca bikugendera neza.” 1 Samweli 16:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ibi rero ni vyo vyaba: impwemu y’Imana ije kuri Sauli, Dawidi yaca atora inanga akayivuza n’ukuboko kwiwe; ivyo vyatuma Sauli aruhurirwa, bikamugendera neza, maze nya mpwemu mbi ikamuvako+.
16 Turakwinginze, umukama wacu ategeke abasuku bawe imbere yawe, kugira barondere umugabo w’umuhanga+ avuza inanga+. Maze impwemu mbi y’Imana niyaza kuri wewe, azoce acuraranga n’ukuboko kwiwe, kandi ntibizobura guca bikugendera neza.”
23 Ibi rero ni vyo vyaba: impwemu y’Imana ije kuri Sauli, Dawidi yaca atora inanga akayivuza n’ukuboko kwiwe; ivyo vyatuma Sauli aruhurirwa, bikamugendera neza, maze nya mpwemu mbi ikamuvako+.