1 Samweli 19:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko rero impwemu mbi ya Yehova+ iza kuri Sauli yicaye mu nzu yiwe, afise icumu mu kuboko, mu gihe Dawidi yariko avuza umuziki n’ukuboko kwiwe.
9 Nuko rero impwemu mbi ya Yehova+ iza kuri Sauli yicaye mu nzu yiwe, afise icumu mu kuboko, mu gihe Dawidi yariko avuza umuziki n’ukuboko kwiwe.