1 Samweli 19:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Sauli arondera rero gutobekeranya Dawidi n’uruhome+ akoresheje icumu, mugabo arazibukira+ ava imbere ya Sauli, ku buryo anega nya cumu mu ruhome. Nuko Dawidi arahunga kugira anyage amagara muri iryo joro+. 1 Samweli 20:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Sauli aca araririza icumu kuri we kugira ngo amwice+; gutyo Yonatani amenya ko se wiwe yari yiyemeje kwica Dawidi+.
10 Sauli arondera rero gutobekeranya Dawidi n’uruhome+ akoresheje icumu, mugabo arazibukira+ ava imbere ya Sauli, ku buryo anega nya cumu mu ruhome. Nuko Dawidi arahunga kugira anyage amagara muri iryo joro+.
33 Sauli aca araririza icumu kuri we kugira ngo amwice+; gutyo Yonatani amenya ko se wiwe yari yiyemeje kwica Dawidi+.