Imigani 27:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Hariho ubunyamaswa bw’ubushangashirwe, be n’isegenya ry’ishavu+, mugabo ni nde yohagarara imbere y’ishari+? 1 Yohani 3:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Umuntu wese yanka+ mwene wabo ni umwicanyi+, kandi murazi yuko ata mwicanyi+ afise ubuzima budahera buguma muri we+. 1 Yohani 4:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Iyo umuntu avuze ngo: “Ndakunda Imana,” yamara akaba yanka mwene wabo, aba ari umubeshi+. Kuko uwudakunda mwene wabo+ yabonye adashobora kuba akunda Imana atabonye+.
4 Hariho ubunyamaswa bw’ubushangashirwe, be n’isegenya ry’ishavu+, mugabo ni nde yohagarara imbere y’ishari+?
15 Umuntu wese yanka+ mwene wabo ni umwicanyi+, kandi murazi yuko ata mwicanyi+ afise ubuzima budahera buguma muri we+.
20 Iyo umuntu avuze ngo: “Ndakunda Imana,” yamara akaba yanka mwene wabo, aba ari umubeshi+. Kuko uwudakunda mwene wabo+ yabonye adashobora kuba akunda Imana atabonye+.