Zaburi 37:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Umubisha aguma areretse umugororotsi+,Akarondera kumwica+. Luka 4:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Mugabo abaca hagati arigira+. Yohani 8:59 Bibiliya y’isi nshasha 59 Baca batora amabuye ngo bayamutere+; mugabo Yezu arinyegeza hanyuma arasohoka, ava mu rusengero.