Itanguriro 29:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Yakobo yarakunda Rasheli. Avuga rero ati: “Nditeguriye kugukorera imyaka indwi ngo umpe Rasheli umukobwa wawe mutoyi+.” Itanguriro 34:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nimuduze cane amahera y’inkwano be n’ingabirano nsabwa+, nanje nditeguriye gutanga ivyo mwombwira vyose; mumpe gusa uwo mwigeme ambere umugore.” Kuvayo 22:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Umugabo niyaryosharyosha umwigeme w’isugi atarehejwe, akaryamana na we+, ategerezwa kumutwara akaba umugore wiwe, ku kiguzi+.
18 Yakobo yarakunda Rasheli. Avuga rero ati: “Nditeguriye kugukorera imyaka indwi ngo umpe Rasheli umukobwa wawe mutoyi+.”
12 Nimuduze cane amahera y’inkwano be n’ingabirano nsabwa+, nanje nditeguriye gutanga ivyo mwombwira vyose; mumpe gusa uwo mwigeme ambere umugore.”
16 “Umugabo niyaryosharyosha umwigeme w’isugi atarehejwe, akaryamana na we+, ategerezwa kumutwara akaba umugore wiwe, ku kiguzi+.