1 Samweli 18:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuva uwo musi, Sauli yama arabana Dawidi umwikeko+. 1 Samweli 18:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Maze Sauli atangura gutinya+ Dawidi kuko Yehova yari kumwe na we+, mugabo akaba yari yavuye kuri Sauli+. 1 Samweli 20:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Sauli aca araririza icumu kuri we kugira ngo amwice+; gutyo Yonatani amenya ko se wiwe yari yiyemeje kwica Dawidi+. Zaburi 37:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Umubisha agīra umugambi mubi umugororotsi+,Akamuhekenyera amenyo+.
12 Maze Sauli atangura gutinya+ Dawidi kuko Yehova yari kumwe na we+, mugabo akaba yari yavuye kuri Sauli+.
33 Sauli aca araririza icumu kuri we kugira ngo amwice+; gutyo Yonatani amenya ko se wiwe yari yiyemeje kwica Dawidi+.