1 Samweli 18:1 Bibiliya y’isi nshasha 18 Akirangiza kuvugana na Sauli, umutima wa Yonatani+ ufatana+ n’uwa Dawidi, maze Yonatani atangura kumukunda nk’uko yikunda+. Imigani 18:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Hari abagenzi baguma barondera kumenagurana+, mugabo hari umugenzi amata ku muntu kuruta uwo bavukana+.
18 Akirangiza kuvugana na Sauli, umutima wa Yonatani+ ufatana+ n’uwa Dawidi, maze Yonatani atangura kumukunda nk’uko yikunda+.
24 Hari abagenzi baguma barondera kumenagurana+, mugabo hari umugenzi amata ku muntu kuruta uwo bavukana+.