ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 19:43
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 43 Ariko abagabo ba Isirayeli bishura abagabo ba Yuda bati: “Dufise imigabane cumi mu mwami+, ku buryo mbere no muri Dawidi tukuruta. Kubera iki none wadukengereye, kandi kubera iki ikibazo cacu co kugarukana umwami wacu kitabaye ica mbere+?” Mugabo ijambo ry’abagabo ba Yuda riba irikomeye kuruta ijambo ry’abagabo ba Isirayeli.

  • 1 Ngoma 5:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Kuko Yuda+ yabaye mukuru muri bene wabo; kandi uwobaye indongozi yakomotse muri we+; mugabo uburenganzira bw’imfura bwari ubwa Yozefu+—

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika