2 Samweli 16:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nuko umwami abwira Ziba ati: “Ehe ikintu cose ca Mefibosheti ni icawe+.” Ziba aca avuga ati: “Ndunamye+ koko. Ningire ubutoni mu maso yawe, mukama wanje umwami.” Imigani 18:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Uwa mbere mu kuvuga mu rubanza rwiwe aba umugororotsi+; mugenziwe araza, akamuserangura koko+. Imigani 29:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Biciye ku butungane umwami atuma igihugu kiragama+, mugabo umuntu ashashaye ibiturire aragisambura+.
4 Nuko umwami abwira Ziba ati: “Ehe ikintu cose ca Mefibosheti ni icawe+.” Ziba aca avuga ati: “Ndunamye+ koko. Ningire ubutoni mu maso yawe, mukama wanje umwami.”
4 Biciye ku butungane umwami atuma igihugu kiragama+, mugabo umuntu ashashaye ibiturire aragisambura+.