Abalewi 26:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kandi inguvu zanyu zizoherera ubusa gusa, kuko isi yanyu itazotanga umwimbu wayo+, n’igiti c’isi ntigitange icamwa caco+. Gusubira mu vyagezwe 11:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 maze ishavu rya Yehova rikabarurumbira, akugara amajuru ku buryo ata mvura izohaba+ n’ubutaka ntibutange umwimbu wabwo, namwe mukabwirizwa guhona vyihuta mu gihugu ciza Yehova agira abahe+.
20 Kandi inguvu zanyu zizoherera ubusa gusa, kuko isi yanyu itazotanga umwimbu wayo+, n’igiti c’isi ntigitange icamwa caco+.
17 maze ishavu rya Yehova rikabarurumbira, akugara amajuru ku buryo ata mvura izohaba+ n’ubutaka ntibutange umwimbu wabwo, namwe mukabwirizwa guhona vyihuta mu gihugu ciza Yehova agira abahe+.