Itanguriro 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Uwo wese asesa amaraso y’umuntu, amaraso yiwe azoseswa+ n’umuntu, kuko Imana yaremye umuntu mw’ishusho yayo. Kuvayo 20:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “Ntukice+. Kuvayo 21:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ariko nimba habaye isanganya ryica, utegerezwa rero gutanga ubuzima ku bundi+, Guharura 35:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 “‘Uwo wese akubise umuntu agapfa aze yicwe nk’umwicanyi+, bivuye ku ntahe ishinzwe* n’ivyabona+, mugabo icabona kimwe ntigishobora kwagiriza umuntu ngo yicwe. Guharura 35:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 “‘Kandi ntimuze muhumanye igihugu murimwo; kuko amaraso ari yo ahumanya igihugu+, kandi igihugu ntigishobora gutangirwa impongano y’amaraso yavishijwe muri co, kiretse biciye ku maraso y’uwayavishije+.
6 Uwo wese asesa amaraso y’umuntu, amaraso yiwe azoseswa+ n’umuntu, kuko Imana yaremye umuntu mw’ishusho yayo.
30 “‘Uwo wese akubise umuntu agapfa aze yicwe nk’umwicanyi+, bivuye ku ntahe ishinzwe* n’ivyabona+, mugabo icabona kimwe ntigishobora kwagiriza umuntu ngo yicwe.
33 “‘Kandi ntimuze muhumanye igihugu murimwo; kuko amaraso ari yo ahumanya igihugu+, kandi igihugu ntigishobora gutangirwa impongano y’amaraso yavishijwe muri co, kiretse biciye ku maraso y’uwayavishije+.