1 Samweli 17:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Uwo Mufilisitiya abandanya kuvuga ati: “Jewe uyu musi ndacokoye+ koko abatonze urugamba ba Isirayeli. Nimumpe umugabo turwane+!” 1 Samweli 17:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Dawidi na we abwira uwo Mufilisitiya ati: “Uje kuri jewe witwaje inkota n’icumu n’ikobero+, mugabo jewe nje kuri wewe nitwaje izina rya Yehova nyen’ingabo+, Imana y’abatonze urugamba ba Isirayeli, iyo wacokoye+. 2 Abami 19:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ni nde wacokoye+ kandi ni nde watutse+?Ni nde wadugirije ijwi+Ukararamurira amaso hejuru+?Ni wa Mweranda wa Isirayeli+!
10 Uwo Mufilisitiya abandanya kuvuga ati: “Jewe uyu musi ndacokoye+ koko abatonze urugamba ba Isirayeli. Nimumpe umugabo turwane+!”
45 Dawidi na we abwira uwo Mufilisitiya ati: “Uje kuri jewe witwaje inkota n’icumu n’ikobero+, mugabo jewe nje kuri wewe nitwaje izina rya Yehova nyen’ingabo+, Imana y’abatonze urugamba ba Isirayeli, iyo wacokoye+.
22 Ni nde wacokoye+ kandi ni nde watutse+?Ni nde wadugirije ijwi+Ukararamurira amaso hejuru+?Ni wa Mweranda wa Isirayeli+!