1 Samweli 16:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ubukurikira Yese acisha ng’aho Shama+, mugabo Samweli avuga ati: “N’uyu Yehova ntiyamutoye.” 1 Samweli 17:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko bene Yese batatu bakuru baragenda. Bakurikira Sauli mu ntambara+; amazina ya nya bahungu biwe batatu bagiye mu ntambara yari Eliyabu+ imfura, n’umuhungu wiwe agira kabiri Abinadabu+ be n’uwugira gatatu Shama+. 1 Ngoma 2:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yese na we avyara imfura yiwe Eliyabu+, Abinadabu+ aba uwugira kabiri, Shimeya+ uwugira gatatu,
13 Nuko bene Yese batatu bakuru baragenda. Bakurikira Sauli mu ntambara+; amazina ya nya bahungu biwe batatu bagiye mu ntambara yari Eliyabu+ imfura, n’umuhungu wiwe agira kabiri Abinadabu+ be n’uwugira gatatu Shama+.