1 Samweli 23:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nuko Dawidi aba mu gahinga mu bibanza bigoye gushikamwo, aguma aba mu karere k’imisozi, mu gahinga ka Zifu+. Sauli yaguma amurondera+, mugabo Imana ntiyamutanga mu kuboko kwiwe+.
14 Nuko Dawidi aba mu gahinga mu bibanza bigoye gushikamwo, aguma aba mu karere k’imisozi, mu gahinga ka Zifu+. Sauli yaguma amurondera+, mugabo Imana ntiyamutanga mu kuboko kwiwe+.