1 Samweli 25:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Maze Abigayili+ yihutira guhaguruka, hanyuma yurira+ ku ndogobwa, incoreke ziwe zitanu zikaba zariko zigendera inyuma yiwe; ajana rero n’intumwa za Dawidi, araheza aba umugore wiwe.
42 Maze Abigayili+ yihutira guhaguruka, hanyuma yurira+ ku ndogobwa, incoreke ziwe zitanu zikaba zariko zigendera inyuma yiwe; ajana rero n’intumwa za Dawidi, araheza aba umugore wiwe.