Yesaya 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Raba! Imana ni yo bukiriro bwanje+. Nzokwizigira singire ubwoba+; kuko Ya* Yehova ari we nkomezi+ zanje n’ubushobozi+ bwanje, kandi yacitse ubukiriro bwanje+.” Luka 1:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 kandi ntushobora kureka gusesekara umunezero+ ku vyerekeye Imana Umukiza+ wanje; Tito 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ariko igihe ubuntu+ n’urukundo Imana Umukiza wacu+ ifitiye umuntu vyerekanwa+,
2 Raba! Imana ni yo bukiriro bwanje+. Nzokwizigira singire ubwoba+; kuko Ya* Yehova ari we nkomezi+ zanje n’ubushobozi+ bwanje, kandi yacitse ubukiriro bwanje+.”