Zaburi 120:1 Bibiliya y’isi nshasha 120 Nahamagaye Yehova mu marushwa yanje+,Na we aranyishura+. Zaburi 142:1 Bibiliya y’isi nshasha 142 Natabaje Yehova n’ijwi ryanje+;Natanguye kuririra Yehova n’ijwi ryanje ngo angirire ubutoni+. Yona 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 ati:“Natakambiye Yehova ndi mu marushwa yanje+, na we aranyishura+.Natabaje ndi mu nda y’ukuzimu*+.Warumvise ijwi ryanje+.
2 ati:“Natakambiye Yehova ndi mu marushwa yanje+, na we aranyishura+.Natabaje ndi mu nda y’ukuzimu*+.Warumvise ijwi ryanje+.