Kuvayo 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko Yehova yongerako ati: “Nabonye koko amarushwa abantu banje barimwo mu Misiri, kandi numvise amaborogo yabo kubera ababahindagiza ku bikorwa; kuko nzi neza imibabaro barimwo+. Zaburi 34:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Amaso ya Yehova ari ku bagororotsi+,Kandi amatwi yiwe ari ku gutabaza kwabo+.
7 Nuko Yehova yongerako ati: “Nabonye koko amarushwa abantu banje barimwo mu Misiri, kandi numvise amaborogo yabo kubera ababahindagiza ku bikorwa; kuko nzi neza imibabaro barimwo+.