ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 4:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 “Nuko muregera hafi maze muhagarara ku mucamo w’umusozi, kandi umusozi wariko uraka umuriro gushika hagati mw’ijuru; hari umwiza, igicu n’umuzimagiza w’umuzitanya+.

  • 1 Abami 8:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ico gihe Salomo avuga ati: “Yehova ubwiwe yavuze ko yobaye mu muzimagiza w’umuzitanya+.

  • Zaburi 18:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Nuko itangura guheta amajuru, iramanuka+.

      Umuzimagiza w’umuzitanya wari munsi y’ibirenge vyayo.

  • Zaburi 97:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Ibicu n’umuzimagiza w’umuzitanya bikwiye irya n’ino yiwe hose+;

      Ubugororotsi be n’ubutungane ni vyo kibanza gishimangiye c’intebe yiwe y’ubwami+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika