Kuvayo 19:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ku musi ugira gatatu mu gitondo, hatangura kuba imituragaro n’imiravyo+, n’igicu kizitanye+ ku musozi, n’ijwi ryumvikana cane ry’inzamba+, ku buryo abantu bose bari mw’ikambi batangura kujugumira+. 1 Samweli 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nayo Yehova, abanigana na we bazotekerwa n’ubwoba+;Azobaturagarira ari mw’ijuru+.Yehova ubwiwe azocira urubanza impera z’isi+,Kugira ngo ahe inkomezi umwami wiwe+,Kugira ngo ashire hejuru ihembe ry’uwo yarobanuje amavuta*+.”
16 Ku musi ugira gatatu mu gitondo, hatangura kuba imituragaro n’imiravyo+, n’igicu kizitanye+ ku musozi, n’ijwi ryumvikana cane ry’inzamba+, ku buryo abantu bose bari mw’ikambi batangura kujugumira+.
10 Nayo Yehova, abanigana na we bazotekerwa n’ubwoba+;Azobaturagarira ari mw’ijuru+.Yehova ubwiwe azocira urubanza impera z’isi+,Kugira ngo ahe inkomezi umwami wiwe+,Kugira ngo ashire hejuru ihembe ry’uwo yarobanuje amavuta*+.”