ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 2:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Uwushira hejuru umuntu mutoyi amukuye mu mukungugu+;

      Aduza umworo amukuye mu kinogo c’umunyota+,

      Kugira abicarike hamwe n’abanyacubahiro; abaha intebe y’ubwami y’ubuninahazwa+ ngo bayigabire+.

      Kuko ibishigikiye isi+ ari ivya Yehova,

      Kandi abishirako ubutaka bwimbuka.

  • 1 Ngoma 16:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Nimugire ububabare bukaze kubera we, yemwe abo kw’isi mwese!

      N’ubutaka bwimbuka burashimangiwe:

      Ntibuzokwigera bunyiganyizwa+.

  • Zaburi 9:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Kandi ubwiwe azocira urubanza ubutaka bwimbuka, mu bugororotsi+;

      Azosomera urubanza imiryango y’amahanga mu kugororoka+.

  • Zaburi 33:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Abo kw’isi bose nibatinye Yehova+.

      Ababa ku butaka bwimbuka bose nibamugirire ubwoba+.

  • Zaburi 77:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Ijwi ry’umuturagaro wawe ryari rimeze nk’amakurudumu y’umukogote+;

      Imiravyo yabonesheje ubutaka bwimbuka+;

      Isi yahinze agashitsi, itangura gutigita+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika