Zaburi 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Haguruka+, Yehova we! Nkiza+, Mana yanje we+!Kuko uzokubita abansi banje bose ku mubangabanga+.Amenyo y’ababisha uzoyamena+. Zaburi 56:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ico gihe abansi banje bazosubira inyuma, ku musi nzohamagara+;Ibi ndabizi neza, yuko Imana iri ku ruhande rwanje+.
7 Haguruka+, Yehova we! Nkiza+, Mana yanje we+!Kuko uzokubita abansi banje bose ku mubangabanga+.Amenyo y’ababisha uzoyamena+.
9 Ico gihe abansi banje bazosubira inyuma, ku musi nzohamagara+;Ibi ndabizi neza, yuko Imana iri ku ruhande rwanje+.