1 Samweli 19:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mu nyuma Sauli atuma intumwa+ ku nzu ya Dawidi kugira ngo ziyigumizeko ijisho no kugira ngo amwicishe mu gitondo+; mugabo Mikali umugore wiwe abwira Dawidi ati: “Nutahunga muri iri joro, ejo uzoba wishwe.” 1 Samweli 23:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Amaherezo Sauli ashika hakuno y’umusozi, Dawidi n’abantu biwe na bo bari hakurya y’uwo musozi. Nuko Dawidi yihutira kugenda+ kubera Sauli; ico gihe Sauli n’abantu biwe bariko basugereza Dawidi n’abantu biwe ngo babacakire+. 2 Samweli 15:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Maze Abusalomu atuma abatasi+ mu miryango ya Isirayeli yose kuvuga bati: “Mukimara kwumva ijwi ry’inzamba, muzoce muvuga muti: ‘Abusalomu abaye umwami+ i Heburoni+!’”
11 Mu nyuma Sauli atuma intumwa+ ku nzu ya Dawidi kugira ngo ziyigumizeko ijisho no kugira ngo amwicishe mu gitondo+; mugabo Mikali umugore wiwe abwira Dawidi ati: “Nutahunga muri iri joro, ejo uzoba wishwe.”
26 Amaherezo Sauli ashika hakuno y’umusozi, Dawidi n’abantu biwe na bo bari hakurya y’uwo musozi. Nuko Dawidi yihutira kugenda+ kubera Sauli; ico gihe Sauli n’abantu biwe bariko basugereza Dawidi n’abantu biwe ngo babacakire+.
10 Maze Abusalomu atuma abatasi+ mu miryango ya Isirayeli yose kuvuga bati: “Mukimara kwumva ijwi ry’inzamba, muzoce muvuga muti: ‘Abusalomu abaye umwami+ i Heburoni+!’”