Zaburi 18:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Baguma bampanze ku musi w’icago canje+,Mugabo Yehova ambera nk’icishimikizo+. Zaburi 118:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Amahanga yose yarankikuje+.Mw’izina rya Yehova ni ho nabagumiza kure+. Yesaya 50:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ni nde muri mwebwe atinya+ Yehova, akumviriza ijwi ry’umusavyi wiwe+, akaba yagendeye mu mwiza w’urudaca+ kandi ntabone ukwakaka? Niyizigire izina rya Yehova+, yishimikize Imana yiwe+.
10 Ni nde muri mwebwe atinya+ Yehova, akumviriza ijwi ry’umusavyi wiwe+, akaba yagendeye mu mwiza w’urudaca+ kandi ntabone ukwakaka? Niyizigire izina rya Yehova+, yishimikize Imana yiwe+.