Zaburi 31:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi ntiwantanze mu kuboko kw’umwansi+.Watumye ibirenge vyanje bihagarara ahantu hagutse+. Zaburi 118:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nambaje Ya ndi mu marushwa+;Ya yarishuye, anshira ahantu hagutse+.