Zaburi 18:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nuko aransohora anjana ahantu hagutse+;Yarantabara, kuko yari yahimbawe nanje+. Zaburi 149:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko Yehova ahimbarwa n’abantu biwe+.Aha ubwiza abatekereza mu kubambika ubukiriro+.