Zaburi 18:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Ku wuguma adahumanye uzokwerekana ko udahumanye+;Ku wuhetaraye na we uzokwerekana ko ugoramye+; Matayo 5:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Hahiriwe abatyoroye mu mutima+, kuko bazobona Imana+. 1 Petero 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 kuko vyanditswe ngo: “Mutegerezwa kuba beranda, kuko jewe ndi mweranda+.”