Yobu 40:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ugupfundūka kw’ishavu ryawe kwuzuye uburake nikwisese+,Maze ubone uwibona wese umumanure. Zaburi 18:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kuko abantu b’abarushwa wewe ubwawe uzobakiza+;Mugabo amaso yibona uzoyashira hasi+. Zaburi 101:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Uwo wese abeshera mugenziwe mu mpisho+,Uwo ndamunumya+.Uwo wese w’amaso yibona kandi w’umutima w’akagaye+,Uwo sinshobora kumwihanganira+. Daniyeli 4:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 “None ubu, jewe Nebukadinezari ndashemeza Umwami w’amajuru+, nkamushira hejuru kandi nkamuninahaza, kubera ko ibikorwa vyiwe vyose ari ukuri, n’inzira ziwe zikaba ari ubutungane+, no kubera ko ashoboye gutetereza abagendera mu bwishime+.” 1 Petero 5:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Namwe basore, ni kwo kw’ukwo, muyobokere+ abagabo b’inararibonye. Mugabo mwese mukenyere ukwiyorosha kwo mu muzirikanyi mu vyo mugiriranira+, kuko Imana irwanya abibona, mugabo igaha ubuntu ata wari abukwiriye abicisha bugufi+.
5 Uwo wese abeshera mugenziwe mu mpisho+,Uwo ndamunumya+.Uwo wese w’amaso yibona kandi w’umutima w’akagaye+,Uwo sinshobora kumwihanganira+.
37 “None ubu, jewe Nebukadinezari ndashemeza Umwami w’amajuru+, nkamushira hejuru kandi nkamuninahaza, kubera ko ibikorwa vyiwe vyose ari ukuri, n’inzira ziwe zikaba ari ubutungane+, no kubera ko ashoboye gutetereza abagendera mu bwishime+.”
5 Namwe basore, ni kwo kw’ukwo, muyobokere+ abagabo b’inararibonye. Mugabo mwese mukenyere ukwiyorosha kwo mu muzirikanyi mu vyo mugiriranira+, kuko Imana irwanya abibona, mugabo igaha ubuntu ata wari abukwiriye abicisha bugufi+.