Zaburi 18:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Kuko ari wewe uzokwatsa itara ryanje, ewe Yehova+!Imana yanje ubwayo izotuma umwiza wanje ukayangana+. Zaburi 97:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Umuco ubwawo warabije ku bw’umugororotsi+,Umunezero na wo ku bw’abantu b’umutima ugororotse+. Matayo 13:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Ico gihe abagororotsi bazokayangana+ nk’izuba+ mu bwami bwa Se. Uwuri n’amatwi niyumvirize+.
28 Kuko ari wewe uzokwatsa itara ryanje, ewe Yehova+!Imana yanje ubwayo izotuma umwiza wanje ukayangana+.