Abafilipi 4:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Muri vyose, ndonka inkomezi ndabikesheje umwe ampa ububasha+. Abaheburayo 11:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 barahagarika inguvu z’umuriro+, barakira ubugi bw’inkota+, baragirwa abanyabubasha kandi bari goyigoyi+, baraba intwari mu ntambara+, barakinagiza ingabo z’abanyamahanga+.
34 barahagarika inguvu z’umuriro+, barakira ubugi bw’inkota+, baragirwa abanyabubasha kandi bari goyigoyi+, baraba intwari mu ntambara+, barakinagiza ingabo z’abanyamahanga+.