13 Yagumye amugendesha ku bibanza bikirurutse vy’isi+,
Ku buryo yariye ivyamye mw’itongo+.
Kandi yaguma atuma anunuza ubuki buva mu rutare+,
N’amavuta ava mu gitandara c’isare+;
-
Yesaya 33:16
Bibiliya y’isi nshasha
-
-
16 Ni we azokwibera iyo hejuru+; ahantu hiwe hakirurutse hatagira inkomanzi hazoba ahantu h’urutare hagoye gushika+. Umukate wiwe azowuhabwa koko+; ikigega ciwe c’amazi ntikizokama+.”
-
Yesaya 58:14
Bibiliya y’isi nshasha
-
-
14 ni ho uzososerwa na Yehova+, nanje nzotuma ugendera ku bibanza bikirurutse vy’isi+; kandi nzotuma urya ku ntoranwa ya Yakobo sogokuruza wawe+, kuko akanwa ka Yehova ari ko kabivuze+.”