Zaburi 17:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Intambuko zanje nizifate imihora yawe+,Muri yo amakanda yanje ntazogenda anyiganyijwe+.