Zaburi 110:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Azoshitsa imanza hagati mu mahanga+;Azokwuzuza hose imivyimba+.Azomenagura umukuru agaba igihugu c’abantu benshi+.
6 Azoshitsa imanza hagati mu mahanga+;Azokwuzuza hose imivyimba+.Azomenagura umukuru agaba igihugu c’abantu benshi+.