Kuvayo 14:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Maze Musa abwira abantu ati: “Ntimutinye+. Hagarare mushikamye maze mubone ubukiriro bwa Yehova, ubwo agira ashitse uno musi ku bwanyu+. Kuko abo Banyamisiri mubona uno musi mutazokwongera kubabona, emwe, habe na rimwe+.
13 Maze Musa abwira abantu ati: “Ntimutinye+. Hagarare mushikamye maze mubone ubukiriro bwa Yehova, ubwo agira ashitse uno musi ku bwanyu+. Kuko abo Banyamisiri mubona uno musi mutazokwongera kubabona, emwe, habe na rimwe+.