Zaburi 18:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Nayo abansi banje, ntuzobura kumpa igikanu cabo+;Nayo abanyanka urunuka, nzobanumya+. Zaburi 21:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ukuboko kwawe kuzoshikira abansi bawe bose+;Ukuryo kwawe kuzoshikira abakwanka.