ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 18:42
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 42 Kandi nzobahonda banoge nk’umukungugu imbere y’umuyaga+;

      Nzobasuka nk’urwondo rwo mu mabarabara+.

  • Yesaya 10:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Nzomutuma kurwanya ihanga ry’irihuni+, kandi nzomuha itegeko ryo kurwanya igisata c’uburake bwanje+, kugira atware isahu ryinshi, atware n’iminyago myinshi, no kugira ahagire ahantu ho guhonyangwa nk’ibumba ryo mu mabarabara+.

  • Mika 7:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Umwansi wanje azobibona yicwe n’ibimaramare+, umwe yahora ambwira ngo: “Ari hehe Yehova Imana yawe+?” Amaso yanje azomwitegereza+. Ubu rero azocika ahantu ho guhonyanga, nk’urwondo rwo mu mabarabara+.

  • Zakariya 10:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Emwe, bazomera nk’abagabo b’abanyenkomezi+ bahonyanga mu rwondo rwo mu mabarabara mu rugamba+. Bazoja mu rugamba ata kabuza, kuko Yehova ari kumwe na bo+; kandi abagendera ku mafarasi ntibazobura kumaramara+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika