ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 28:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Yehova azoguherereza ku mutwe, ntazoguherereza ku murizo; kandi uzoja hejuru gusa+, ntuzoja hasi, kuko uguma ugamburuka amabwirizwa+ ya Yehova Imana yawe, ayo ndagutegetse uno musi ngo uyubahirize, uyashitse.

  • 2 Samweli 8:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Dawidi atsinda kandi Hadadezeri+ mwene Rehobu umwami wa Zoba+, mu gihe uno yariko aja gusubizaho ububasha bwiwe ku ruzi Efurate+.

  • Zaburi 2:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Nsaba+, nguhe amahanga abe intoranwa yawe+

      N’impera z’isi zibe itongo wigabira+.

  • Zaburi 60:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Mowabu ni inkono yanje yo gukarabiramwo+.

      Nzoterera inkweto* yanje kuri Edomu+.

      Nzokwiha akaruru k’intsinzi kuri Filisitiya+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika