Zaburi 18:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Uzonkiza ugutorana amahinyu kw’abantu+.Uzongira umukuru* w’amahanga+.Abantu ntamenye, abo ni bo bazonkorera+. Yesaya 55:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Raba! Uzohamagara ihanga utazi+, kandi abo mw’ihanga batakumenye bazokwirukira+, kubera Yehova Imana yawe+, no ku bwa wa Mweranda wa Isirayeli+, kuko azoba yagusharije+. Yesaya 65:1 Bibiliya y’isi nshasha 65 “Abatari babajije ivyanje+ nararetse barandondera+ . Nararetse ndaronkwa n’abatari bandondeye+. Nabwiye ihanga ritariko ryambaza izina ryanje+ nti: ‘Ndi hano, ndi hano+!’ Hoseya 2:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nzomwibibira koko kw’isi nk’imbuto+, kandi nzogirira imbabazi uwutari yaragiriwe imbabazi+, kandi nzobwira abatari abantu banje nti: “Muri abantu banje+”; na bo bazovuga bati: “Uri Imana yacu+.”’” Ivyakozwe 15:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Simeyoni+ yiganye ata co asize inyuma ingene Imana yitayeho amahanga ari bwo bwa mbere ngo iyakuremwo igisata ku bw’izina ryayo+.
43 Uzonkiza ugutorana amahinyu kw’abantu+.Uzongira umukuru* w’amahanga+.Abantu ntamenye, abo ni bo bazonkorera+.
5 Raba! Uzohamagara ihanga utazi+, kandi abo mw’ihanga batakumenye bazokwirukira+, kubera Yehova Imana yawe+, no ku bwa wa Mweranda wa Isirayeli+, kuko azoba yagusharije+.
65 “Abatari babajije ivyanje+ nararetse barandondera+ . Nararetse ndaronkwa n’abatari bandondeye+. Nabwiye ihanga ritariko ryambaza izina ryanje+ nti: ‘Ndi hano, ndi hano+!’
23 Nzomwibibira koko kw’isi nk’imbuto+, kandi nzogirira imbabazi uwutari yaragiriwe imbabazi+, kandi nzobwira abatari abantu banje nti: “Muri abantu banje+”; na bo bazovuga bati: “Uri Imana yacu+.”’”
14 Simeyoni+ yiganye ata co asize inyuma ingene Imana yitayeho amahanga ari bwo bwa mbere ngo iyakuremwo igisata ku bw’izina ryayo+.