Zaburi 18:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Yehova ni muzima+, kandi Igitandara canje nigihezagirwe+,Kandi Imana y’ubukiriro bwanje nishirwe hejuru+. Zaburi 89:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 We ubwiwe arasemerera antabaza, ati: ‘Uri Data+,Imana yanje+ n’Igitandara c’ubukiriro bwanje+.’
46 Yehova ni muzima+, kandi Igitandara canje nigihezagirwe+,Kandi Imana y’ubukiriro bwanje nishirwe hejuru+.