ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 25:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Umuntu niyahaguruka kugira agukurikirane no kugira arondere ubuzima bwawe, ubuzima bw’umukama wanje buzoba koko butekeye mw’isaho y’ubuzima+ iri kumwe na Yehova Imana yawe+; mugabo ubuzima bw’abansi bawe azobutera nk’ubuvuye ahafukuye h’umugozi wo guteresha+.

  • 2 Samweli 18:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Nayo Ahimayazi+ mwene Zadoki, avuga ati: “Ndakwinginze undeke niruke kumenyesha iyo nkuru umwami, kuko Yehova yamuciriye urubanza kugira amukure mu kuboko kw’abansi biwe+.”

  • Zaburi 94:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 94 Ewe Mana y’ibikorwa vy’uguhōra, wewe Yehova+,

      Ewe Mana y’ibikorwa vy’uguhōra, nusayangane+!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika