Zaburi 18:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 Imana y’ukuri ni yo impora+;Imara igabo ibisata vy’abantu munsi yanje+. Zaburi 110:1 Bibiliya y’isi nshasha 110 Ijambo Yehova abwira Umukama wanje ni iri+:“Icara iburyo bwanje+,Gushika ngize abansi bawe nk’intebe y’ibirenge vyawe+.” Zaburi 144:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ni we buntu bwuzuye urukundo bwanje n’igihome canje gikomeye+,Ahantu hanje hakirurutse hatagira inkomanzi akaba n’uwunkiza+,Inkinzo yanje+ akaba n’uwo nahungiyemwo+,Umwe amara igabo ibisata vy’abantu munsi yanje+. 1 Abakorinto 15:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kuko ategerezwa kuganza gushika Imana ishize abansi bose munsi y’ibirenge vyiwe+.
110 Ijambo Yehova abwira Umukama wanje ni iri+:“Icara iburyo bwanje+,Gushika ngize abansi bawe nk’intebe y’ibirenge vyawe+.”
2 Ni we buntu bwuzuye urukundo bwanje n’igihome canje gikomeye+,Ahantu hanje hakirurutse hatagira inkomanzi akaba n’uwunkiza+,Inkinzo yanje+ akaba n’uwo nahungiyemwo+,Umwe amara igabo ibisata vy’abantu munsi yanje+.