2 Samweli 5:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Dawidi amenya rero ko Yehova yari yamushimangiye bwa mwami wa Isirayeli+ be n’uko yari yashize hejuru+ ubwami bwiwe ku bw’igisata ciwe Isirayeli+. 2 Samweli 7:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nzobana nawe aho uzoja hose+, kandi nzorandura abansi bawe bose imbere yawe+; kandi ata gukeka nzoguha kugira izina rihambaye+, nk’izina ry’abahambaye bari mw’isi.
12 Dawidi amenya rero ko Yehova yari yamushimangiye bwa mwami wa Isirayeli+ be n’uko yari yashize hejuru+ ubwami bwiwe ku bw’igisata ciwe Isirayeli+.
9 Nzobana nawe aho uzoja hose+, kandi nzorandura abansi bawe bose imbere yawe+; kandi ata gukeka nzoguha kugira izina rihambaye+, nk’izina ry’abahambaye bari mw’isi.