ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 32:43
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 43 Nezerwe, mwa mahanga, kumwe n’abantu biwe+,

      Kuko azohōra amaraso y’abasavyi biwe+,

      Kandi azokwihora abarwanizi biwe+

      Kandi koko azotangira impongano* ubutaka bw’abantu biwe.”

  • Zaburi 18:49
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 49 Ni co gituma nzoguhaya mu mahanga, ewe Yehova+,

      Kandi nzohibongoreza izina ryawe+.

  • Zaburi 117:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 117 Shemeze Yehova, mwa mahanga mwese+;

      Nimumukeze, yemwe miryango mwese+!

  • Abaroma 15:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 no kugira ngo amahanga+ aninahaze Imana kubera imbabazi zayo+. Nk’uko vyanditswe ngo: “Ni co gituma wewe nzokwemanga icese mu mahanga, kandi nzohibongoreza izina ryawe+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika