1 Ngoma 16:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nimumuririmbire+, mumuhibongoreze+,Mwitwararike ibikorwa vy’agatangaza vyiwe vyose+. Zaburi 145:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nzoguhezagira burinde bwira+,Kandi nzoshemeza izina ryawe gushika igihe kitagira urugero, mbere ibihe bidahera+. Zaburi 146:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nzoshemeza Yehova mu buzima bwanje+.Nzohibongoreza Imana yanje igihe cose nzoba nkiriho+.
2 Nzoguhezagira burinde bwira+,Kandi nzoshemeza izina ryawe gushika igihe kitagira urugero, mbere ibihe bidahera+.